Année : 2017

Ijambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza ashikirije yipfuriza umwaka mwiza w’2018 Abarundi n’ababa mu Burundi

Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi;   1. Turiko turasezera umwaka w’2017, twongera twinjira mu mwaka w’2018 turi mu mahoro, umutekano n’impore impande zose z’Igihugu cacu. Turakengurukiye Imana Mushobora vyose yazigamye kandi ikarinda Uburundi n’Abarundi muri uyu mwaka urangiye w’2017. Nihabwe Ishimwe n’Icubahiro biyibereye bivuye mu mitima ikengurutse y’Abarundi.   2. Turipfurije Abarundi bose iyo bari hose, tutibagiye n’abo bose baba mu Burundi umwaka muhire w’2018, uze ubabere umwaka w’Amahoro n’Imigisha bikomoka ku Mana. Tubipfurije umwaka mwiza, umwaka w’akanyamuneza mu banyu no mu vyanyu, umwaka wo gutera intambwe mw’iterambere. Muwuhimbaze musangira akabisi n’agahiye, murangwe n’umutima w’Urukundo wamye uranga ba sokuru na ba sokuruza bacu.   3. Turakengurukiye cane abo bose bitanze kugira amahoro n’umutekano bisasagare mu gihugu cose, aha twovuga Abenegihugu, abajejwe intwaro, abajejwe umutekano no kwivuna abansi abajejwe ubutungane, tutibagiye n’incuti z’Uburundi zadufashe mu mugongo mu migambi itandukanye.   4. Icivugo ngenderwako muri uyu mwaka ni iki gikurikira: “Tuzirikane Igihugu cacu, tumenye iyo tuva n’iyo tuja”. Iki civugo kandi tuzobandanya kucisunga gushika mu mwaka w’2019. Ntawobideha, Abarundi batari bake ntibaratahura neza Igihugu icarico, bigatuma rimwe na rimwe bafata inzira zidashika bitewe no kutamenya canke guhemukira Igihugu na benewabo.   Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi;   5. Twese dutegerezwa kuzirikana ico turi nk’Abarundi, maze tugahera aho, tukibaza ico duhamagariwe gukora n’ico dutegerezwa gukora nk’Abana b’Uburundi. Dutegerezwa kandi kuzirikana ko aha turi hari abandi kandi ko inyuma yacu hazoza abandi, gutyo tukama na...

Read More

La Première Dame enseigne sur les qualités d’un bon leader

Depuis le Mardi 26 Décembre 2017, la famille présidentielle a organisé une prière d’action de grâce en province de Kayanza. Cette prière a été marquée par des séminaires dans différents endroits et des croisades au stade de Gatwaro. C’est dans le cadre des séminaires que la Première Dame du Burundi, Son Excellence Denise Nkurunziza a donné des enseignements aux leaders en date du 30 Décembre 2017 à l’hôtel Musumba. Le thème développé est : « la prise de bonnes décisions », L’ Epouse du Chef de l’Etat a montré comment le groupe de Daniel a pris la bonne décision de ne...

Read More

Le Chef de l’Etat anime la conférence publique annuelle à Kayanza

Ce vendredi, 29 décembre 2017 en province Kayanza, le Président de la République Son Excellence Pierre Nkurunziza a animé la traditionnelle conférence publique annuelle,  pour répondre aux questions des journalistes et de la population sur tous les secteurs de la vie nationale. Le Chef de l’Etat s’est d’abord félicité que l’année se termine dans la paix et la sécurité à travers tout le pays et a saisi cette occasion pour remercier tous ceux qui ont contribué à la stabilité du pays, tout en souhaitant à tous les Burundais d’excellentes fêtes de Noël et nouvel an 2018. La révision de...

Read More

Ku kirimba TV

Prezida Pierre Nkurunziza yarakiye mu mubonano abagize ishirahamwe Dusangiriterambere

Tweets récents

Calendrier

janvier 2018
L M M J V S D
« Déc    
1234567
891011121314
15161718192021
22232425262728
293031