Presidence 1 January 2015 Ijambo rishikirijwe n’Umukuru w’Igihigu Petero Nkurunziza yipfuriza Abarundi Umwaka Mwiza w’ 2015. Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, Umwaka w’2014 turawusozereye, dutanguye umwaka mushasha w’2015. Turashimiye Imana Mushoboravyose ko yatuzigamye, ikaduha amagara meza n’ubushobozi Read more